dimanche 20 janvier 2008

apotresosthene yahora murwanda ikigari

urugendo apotre sosthene yakoze ntirwari rusanzwe yabereye abanyarwanda umugisha udasanzwe dore amshengero yagendeye naya 1RESTORATION KIMISAGARA rirongowe na apotre MASASU doreko niryo shengero risanzwe aririgenzi rya gueriso ndes ames cane bohora bagendererana
2yagendeye nishengero ryu mwungeri mwiza hari mardi merecledi yagendeye ishengero rya vivante rirongowena STRATO jeudi yagendeye ishengero rya ZION TEMPLE RIRONGOWE na APOTRE GITWAZA samedi yagendeye ishengero rya NAZAREN riyobowena SEBIKABU dimache yagarutse kuri vivante kukobari babimusavye cane
imana yariyerekanye nkimana igitangaza nuko yarinze agaruka bakimukeneye caneharabariraga abasengera asezera apotre arashimira cane famille ya MUTWAZA JONAS haribanga yatahuye gusumba abandi yanzeko apotre yocumbika ahandi aramucumbikira kandi yemeyeko azomubera umuchofer umudereva mugihecose azogendera urwanda hamwe numudamu witwa RAMU DUGU aboarabashimira ukwitanga kwabo uhoraho abarebeneza
IC OIMANA YABWIYE APOTRE
HEJURU YAKENYA ABAKENYA BATIGARUYE NGOBASHAKE IMANA KANDINGO BATORE IMANA ARIYO IBAYOBORA BAGABANYE KUREBE KIBAKI naRAILA.BAREBE YESU birasanaho bigiye kubakomerana
BATAREBYENEZA ICUBAHIRO CABO NUMUGISHAWABO BOBINYAGWA BIGAHABWA IKINDI GIHUGU KIMWE MURIBI BIBEGEREYE BAKRISTOMWESE NIMUSENGERE KENYA APOTRE twamubajije igihugu obona cotwara umugisha waKENYA muribi biyegere yeavugako aribanga atobivuga
biragaragara ko RAIRA yariyatsinze ariko nagire impuwe zabaturage barikobaha siga ubuzima bati akadahebwa riba arishano hindura imisengere yawe kuko nibihe vyahindutse