mercredi 30 décembre 2009

APOTRE-SOSTHENE.UYUMUNSI YASOHOYE.DVD.NSHASHA.3 Ibujumbura.


































Imana ihezagire abantu bose badufashije mugutegura iyi concert

abadusengeye , abatanze amafaranga yabo , nabadufashije mumajwi , nomubyuma , ntituzibagirwa umuntu wese wagize ico akora mukudufasha kuma CD yose tumaze gusohora.


IMANA Ibahe umugisha

IMANA ISHIMWE IDUSHOBOZA GUKORA AMA DVD NUBWOBITOROSHE
UYUMUNSI HASOHATSE DVD YA CONCERT LIVE YA SOSTENE YIGISIRIMBA IGITANGAZA NUKUNTU ABANTU BARIBITABIRIYE IYO CONCERT

NUKURI UREBANEZA YARIMO ABANTU BASHIKA IBIHUMBI BITANU 5000 NIGITANGAZA IKINDI CANEJEJE ABANTU NI BINTU VYAKOREWE MURIYO CONCERT HARUMUNEZERO UTOVUGWA BASENGEYE ABAGWAYI BESHI KANDI IMANA YAKOZE IBITANGAZA BARAKI RA
IKINDI HAKIJIJWE ABANTU BESHI MURIYO CONCERT DVD ZASOHOTSE KANDIZIZONEZE ZABANTU CANE CANE.


tel: +25779920737
e-mail : rukizas@yahoo.fr
web: www.apotresosthene.blogspot.com