lundi 5 novembre 2007

ibyo uhoraho yakoze

uhoraho yadukoreye ibikomeye natwe turanezerewe.zaburi.126.3 ibyarinzonzi byabayeukuri cakibanza.yesu yagihaye ishengerorya rya guerison des âmes.nkuko twagihiganirwa na isramu .mugihe twabonako bitagishobotse nibwo yesu yahaserutse adukorera ibikomeye ubu abotwahaniganira bose bakuyeyo amaso. le23.11.2007 dufite igikorane mpuzamahanga cogushima imana kuriyo tsinzi twaronse kuri icokibanza muricogikorane twatumiyemo chorare rehobothi na past.AARON bi rwanda itorero RESTORATION kimisagara abandi batumire bahambaye ni nyenicubahiro umukuru wigihugu cuburundi numutambukanyiwe nicegera cambere cumukuruwigihu nabandibategetsi....... umutima wanje uranezerewe kubona ubwitange abakristo bafitiye icogikorane isi irakeneye intumwa nyishi za yesukristo zifite ubwitange bwoguhindura isi ikabona amahoro batabonetse isi irarushe ntawundi yoyivura atari yesu.


apôtre sosthène SERUKIZA

0 commentaires:

Enregistrer un commentaire

Abonnement Publier les commentaires [Atom]

<< Accueil