jeudi 6 décembre 2007

REHOBOTH YAHEZAGIYE ABANTU

Iyo Rehoboth ni Chorale yo mu Rwanda i Kigali. Bakaba basengera mw'itorero rya Restauration Church i Kimisagara. N'abaririmvyi Imana yasiz'amavuta kandi bariko igikundiro c'Imana. Mu Burundi bumvise Rehoboth abantu base baca bahaguruka ukabona ko babafitiye igishika.

Indirimbo zafashij'abantu mu Gikorane n'izi zikurikira:
- Kumusaraba wawe mwiza
- Imigambi y'Imana ni myiza kuri twe
- Wirira Yohana
- Nari mu mwijima Yesu aramurikira


Rehoboth n'itorero rya Restauration, babaye incuti za Guerison des âmes cane mu kugenderanira no gufashanya mubikorane.

1 commentaires:

À 14 juin 2009 à 20:25 , Anonymous Anonyme a dit...

Turanezerwa iteke iyo twumva indirimbo zanyu kuko zifite ubutumwa bukora mu mitima yacu.

 

Enregistrer un commentaire

Abonnement Publier les commentaires [Atom]

<< Accueil