lundi 17 novembre 2008

ABASENGA MUVEHASI DUSENGERE CONGO

INTAMBARA ZA CONGO ZABAYE AKAYOBERA BAHINGA ATARI IMANA YONYENE YOSERUKA UBACONGOMANI BOSE BARA RUSHE AMAKUNGU ARAGERA GEZAUKOASHO BOYE GUKEMURA IIBAZO CICOGIHUGU ARIKO NTIBIBOROHEYE NICOGITUMA MBONA KO ABASENGA NABOBOVAHASI
IMANA NIYO IZI UMUTI WOKIZA CONGO ABAHAWE GUSENGA NIMUHAGURUKE TUBWIRE IMANA IGIRE ICO IKORA
UBUHARA MASENGESHO MESHI YABASENGA BOSE BARIKOBASENGERA HIRYANOHINO ARIKO KOTURA TEGURA IGIKORANE CABASENGABOSE BOMUBIYAGA BIGARI KIZOBA MUKWEZI KWAKANE 2009 IBUJUMBURA KIZABERA MURI STADE
BIKUNZE
TUKAZO KORA IKINDI GIKORANE CABA SENGA BOSE MUBIYAGA BIGARI KIZOBERA MU RICONGO MUMINEMBWE TUGASABA ABANTU BOSEBOZOSOMA IBIKO BODUFASHAGUSE NGACANE KANDI UBISHOBOYE AZODUTERERA