vendredi 28 décembre 2007

ibuye ni yesu twubakwe kuriwe

petro.2;4 petro yanditsengo nimumwegere niwebuye rizima ryanzwe na bantu ariko kumana ryaratoranijwe v5 ngonamwe mwubakwe nkama buye mazima niheshi muribibiriya tugenda turasanga ibuye
reba itanguriro.28;10 havuga igihe yakoboyahunze mukuruwe esau agendawenyine mwisha mba burira abuze ahoyorara atora ibuye araryisegura arasinzira itiroryiza atangira kurota abona ingazi ishika mwijuruhejuru yayo abona imana yicaye abamarayika baduga bamanuka ahoyarari kwibu yeyahakuyeamasezeranomeza
yakobo abonyebikomeye yiseguye ibuye iryobuyeni kristo esewewe iyouri mubibazo uza utoraiki uzawisegura iki?yesuniwe humure ryabantu bosemwisi utamufite uzamana umutima uhagaze kandi kuriyesuni munzira yijuru
umunsumwe MOSE yabwiye imanango nkeye kukubona imana iramubwirango wopfaumbonye itariko genda uhagarare ahantu mugitare ni mwibuye ngwaho niho wombona gusa utarimuriryo buyentiwombona MOSE yinjira muriryobuye imana imuca imbere arayibona ishushoye irahinduka asanimana
icobisigura ntawobona imana atarimuri yesu ntanuworonka ubwiza bwimana atari muriyesu hariho abihenda ngobazobona imana badaciye mwibuye ariryo yesu ntibikunda ntibazoyibona bandaciye kuriyesu itang.32 33;21-
DAUDI agiye kurwannya goriyathi yariyananiye ingabo za israyeri azitukana nimana yabo daudi arababara koyatutse imanayi srayeri ajakumurwanya abona goriyathi yazanyeamacumu meshi daudi egeze kuruzi atora amabuye ayakuramo ibuyerimwe niryo yarwanishije goriyathi atiwantete amacumu arikonje ndagu teramwizina ryiyo wasuzuguye ese urimukurwanishaiki? twara ibuye uzonesha abanzi nubwo aribeshi 1samwer.17-
danieri yabonyeibuye rihirika amamiyose rirakura rikwiraisibwarubwamibwayesu kwazoganza isi ngonatwetube amabuye IBUYE NTIRIHINDUKA INZU IRASHA AMABUYE AKABA ARIYO ASIGARA IBTI NISHAMBA BIRASHA HAGASIGARA AMABUYE AJAKO UMWOTSI GUSA AGTEGEREZA INVURA KOIGWA IKAYAKURAUMWOTSI AKERA
IBUYENUBWO IMODOKA YORIGONGA NIYOIMENEKA IBIGERAGEZO BIDUSIGAHO UMWOTSIGUSA ARIDUTEGEREJE INVURA yampwemuyera yokutweza ikindi imodokazaba dayimoni ziragerageza kutugonga ariko nizo zihasigara igituma bashaduraka babatwikantibashe nuko baramabuye daniyer.3;16kwifurije kuba ibuyerizima amen

ibuye ni yesu twubakwe kuriwe

petro.2;4 petro yanditsengo nimumwegere niwebuye rizima ryanzwe

jeudi 13 décembre 2007

umukuru wi gihugu cu burundi NKURUNZIZA YADUTUMIYE KUMUFASHA IGIKORANE INGOZI

BIRABONEKA KO NKURUNZIZA YEMERAKO UBUTEGETSI YABUHAWE N IMANA NIYO MPANVU IYUMWAKA UHEZE AKORA IGIKORANE KIDASANZWA COGUSHIMA IMANA KO IKIMUHAYE GUTWARA UBURUNDI
NI WEMUTEGETSI WAMBERE MUBURUNDI YEMANGA AKAVUGA UBUTUMWA NOGU KORA IBIKORANE BYUBUTUMWA BWIZA IKINDI UKUNDA GUTAMBIRA IMANA ICO ATARAZI NIGISIRIMBA
ARIKO UMUNSI UMWE YARA DUTEREPHONYE HARI SAMEDI ATUBWIRAKO AZAGUSE NGERA IWACU KURI GUERIS ONDESAMES TUMUHA KAZE BWAKEYE ABA SODA NABA PORISE BUZUYE KURUSENGERO SATATU YARIYAHA GEZE BYATA NGAJE BESHI CANE

TWARA MWAKIRIYE TUMUHA IJAMBO ASOMA 2SAMWERI.2.2 GUKOMEZA HANYUMA TWAHAYE NUMUFASHA WE IJAMBO NAWE ARASOMA BIBIRIYA WEASANZWE ABIMENYEREYE
UWOMUNSI HABAYE IGI SIRIMBA KIDASANZWE ARIKO NIKOBIHORA KURI GUERIS ONDESAMES YARANEZEREWE CANE ARAHAGURUKA GUTAMBA NUWOMUNSI YAMENYE IGISIRIMBA ARAGIKUNDA BYATUMYE ADUTUMIRA IWE MURUGO YARIYA TEGUYE AMAKESHA YATUMIYE NABAGIZE RETA YIWE TWAGIYE TUJANYE ABARIRI BYIBACU
HAMWE NABAYUMBE BARYA BAZIGUSIRIMBIRA YESUIRYOJORO HABAYE IGISIRIMBA CHAGAKURA UBU ASIGAYE AFITE GRUPE NINI YIGISIRIMBA NAWE AKI ZINKUWAGI HOZEMO
IGITANGAZA NUKUNTU NKURUNZIZA YATUGENDEREYE WARUMUNSI MUBICANE MWI TORERO TWARITWA PFUSHIJE UMUKRISTO WUMU DIYAKONI KAZI WINTWA RI IMITIMA YARIYIKANZE TUBABAYE KUBURA MUNYANA NTIBYARI IBYOROSHE UWO MUNSI ARIKO UMU KURU WIGIHUGU NUMU FASHAWE BARA DUHUMU RIJE BIDA SA NZWE
ITARIKI 26ZUKWA CUMI NAKABIRI TUGEJEJWEYO TUZOJA KUMUFASHA ICOGIKORA NE NUBWOBIRUKO UBURUNDI IBITAGENDA NEZA NIBYI NSHI BURA KENEYE ABASE NZI BESHI BITANGA KUGEZA UBURUNDI BUBAYE ISHIMWE MWISI

jeudi 6 décembre 2007

THEME AMATEKA MASHASHA


iyoniyo theme yokuwamungu le 25_11 ngo IMANA iyigiye kugukoresha izibanza ikakuremera amateka masha kugirango igukomeze akarorero nka daudi iyoada hura nidubu nintambwe ngo abineshe ntiyari kwemera guhanga nana goriyatti

kubera yanesheje ibikomeye nkintambwe byatumye yizerako na goriyati ntaco yomutwara nubwo sauri yabanje kumuca intege amubwirako arumwana amwereka gukmera kumwanziwe goriyati daudi yahise abwira sauri amateka ye yambera

ati nigeze kunesha idubu nintambwe nuriya ndamunesha nkuko yatutse IMANA YI SLAER sauri ati ntubona ko ari muremure kandimunini?niko satani arimukukweka ingorane yawe ko arinini utoyi shobora daudiwe ati ubwo arimunini muremure niho ntamuhusha ibuye ryanje

burya mukwizera intambara ntoyi niyo igora kuyi rwana ntumenyaneza aho iva kandi ukayi suzugura ugirango ntiriho iyoniyo mbi naho inini urakenyera uka rwana nabandi barayi bona bakagutabara mwenedata ihangane kandi ibuka ziryawa nesheje

ubwo ibyambere bitagu hitanye nivyo nyene ugiye kubitsinda ugume kumana yawe ubwo wayimenye ntoco uzoba nubwo amajwi agucha intege arimeshi ujekugu tabara agezehafi ikomeze

ABOMU BONA NABA RV PASTEUR MANASE 2PAST Aaron 3APOTRE SOSTHENE NA PAST CHRISTOPH Uhoraho ababere igisubizo amene

IGITANGAZA : RICHARD ASERUTSE MU GIKORANE

Kumunsi ugira kabiri w'ico Gikorane, tubona hashitse umu ririmvyi adasanzwe yitwa Richard, aza tutumwiteze, biradutagangaza cane kuko asanzwe aba hanze muri America.

Richard, yatubereye umugisha udasanzwe mur'ico Gikorane, abantu bose ntibemera ko ariwe bahora bumva kuri za CD, K7 z'indirimb ziwe. Yaronse umwanya wo kuririmba ashemeza uhoraho, abantu bashaka gukandagirana ngo bamurebe igihe yaririmba.

Ikindi Richard yakoze, n'uko yemereye ishengero rya Guerison des âmes ko amafranga yose azova muri concert ariko arategura azoyatanga afashe mu kubaka iryo shengero. Ahejeje, kuririmba abantu bose baramuhezagiye, arapfukama aba Pastor bose bar'aho bara mu sengera.

Utwo tu drapeau mubona twakozwe n'ishengero rya Guerison des âmes. Mugihe co guhimbaz'Imana abantu bose baratuzamura, bagatazir'Imana. Ivyanditse kur'utwo tu drapeau ni: Zaburi 126: 3.
Havuga ngo: "Uhoraho yadukoreye ibikomeye, natwe turanezerewe"

REHOBOTH YAHEZAGIYE ABANTU

Iyo Rehoboth ni Chorale yo mu Rwanda i Kigali. Bakaba basengera mw'itorero rya Restauration Church i Kimisagara. N'abaririmvyi Imana yasiz'amavuta kandi bariko igikundiro c'Imana. Mu Burundi bumvise Rehoboth abantu base baca bahaguruka ukabona ko babafitiye igishika. Indirimbo zafashij'abantu mu Gikorane n'izi zikurikira: - Kumusaraba wawe mwiza- Imigambi y'Imana ni myiza kuri twe- Wirira Yohana- Nari mu mwijima Yesu aramurikira Rehoboth n'itorero rya Restauration, babaye incuti za Guerison des âmes cane mu kugenderanira no gufashanya mubikorane.

REHOBOTH YAHEZAGIYE ABANTU

Iyo Rehoboth ni Chorale yo mu Rwanda i Kigali. Bakaba basengera mw'itorero rya Restauration Church i Kimisagara. N'abaririmvyi Imana yasiz'amavuta kandi bariko igikundiro c'Imana. Mu Burundi bumvise Rehoboth abantu base baca bahaguruka ukabona ko babafitiye igishika.

Indirimbo zafashij'abantu mu Gikorane n'izi zikurikira:
- Kumusaraba wawe mwiza
- Imigambi y'Imana ni myiza kuri twe
- Wirira Yohana
- Nari mu mwijima Yesu aramurikira


Rehoboth n'itorero rya Restauration, babaye incuti za Guerison des âmes cane mu kugenderanira no gufashanya mubikorane.

CHORALE REHOBOTH YAHEZAGIYE ABANTU

Iyo Rehoboth ni Chorale yo mu Rwanda i Kigali. Bakaba basengera mw'itorero rya Restauration Church i Kimisagara. N'abaririmvyi Imana yasiz'amavuta kandi bariko igikundiro c'Imana. Mu Burundi bumvise Rehoboth abantu base baca bahaguruka ukabona ko babafitiye igishika.


Indirimbo zafashij'abantu mu Gikorane n'izi zikurikira:

- Kumusaraba wawe mwiza

- Imigambi y'Imana ni myiza kuri twe

- Wirira Yohana

- Nari mu mwijima Yesu aramurikira


Rehoboth n'itorero rya Restauration, babaye incuti za Guerison des âmes cane mu kugenderanira no gufashanya mubikorane.

REHOBOTH BARA DUHEZAGIYE CANE

abategetsi baribaje muricogikorane nabomubona


Ntitwashoboye kumenya igitigiri c'abantu baje muri ico gikorane. Kuwa Mungu, haje abategetsi batari bake. Aba Ministres n'Abashingamateka. Mbere na Ministre wa bonne gouvernance yari yitavye ico gikorake.


Ministre yararonse umwanya wo gushing'intahe ukungene wabaye Ministre. Yavuze ati "nahora nicara mu ntebe z'inyuma murushengero rwa Geurison des âmes ata numw'unzi. Bukeye bahamagara abantu bakeneye akazi n'abipfuza kuba aba Ministre basengerwe nca ndahaguruka mubambere bara dusengera bukeye nicaye ndeba television numva basoma amazina yabatowe kuba aba Ministres numva basomye amazina yanje yose. Mbaza, Madame wanje ko arije basomye canke ari uwundi twitiranwa? Bukeye mpamagazwa ngo nitabe kuko natowe kuba Ministre muri Gouvernement nshasha, ngarutse mbwira Madame nti vyabindi nivyo nijewe bahamagaye kuba Ministre".

Yahejeje avuga ngo: "Imana ibaho kandi irazi abantu bose, yumva n'ama sengesho y'abayi senga".

Turashimir'Imana kubona ikanguro riri mu Burundi kandi mu nzego zose z'Igihugu. Kubona abategetsi baja mubikorane, mu mashengero. N'umugisha mu Gihugu no muma Shengero.

mercredi 5 décembre 2007




Abo mubona aho nibamwe mubategetsi bigihugu bari baje murico iterane


1. aba ministres barimo ushinzwe bonne gouvernance , yanatanze ubuhamya ukuntu yabaye umu ministre.


ngo yahora arumu christo wokuntebe zinyuma muri guerison des ames ntanuwarumuzi. ubunsumwe nyuma yijambo ryimana bahmagara gusengera abantu bakeneye akazi.


pasteur aravugango ninde akeneye kuba umu ministre ,ahaguruke ba musengere ,uwo mugabo arahaguruka kuntebe zinyuma ,yahagurutse mubambere.baramusengera hamwe nabandi bukeye muri leta nshansha iheruka gushigwa ,yicaye munzu araba télévision abona basoma aba ministre batowe muri gouvernement nsha.

IGIKORANE MPUZA MAHANGA KURI GUERISON DES AMES I BUJUMBURA




Ahomubona nimuru shengero rwa Guerison des Ames i bujumbura ,habaye igikorane kidasanzwe uwo mubona kuva ibumoso tuja iburyo ni:

pasteur resposable wa guerison des Ames Sosthène ,ukurikira akaba ari pasteur Aaron RUHIBYA wa Restoration church ikigali kimisagara. ici gikorane kikaba carateguwe na apôtre sosthène ,akaba ariwe warugihagarariye , uwo mu pasteur Aaron akaba ariwe warumuvuga butumwa murico giterane mpuza mahanga.



aho hari kumunsi wagatanu thème yahagurukanye ni INDIRIMBO YAMASHIMWE. yitwa THEHILA (mugiheburayo).iyo nindirimbo yizana igihe Imana yakoreye umuntu ibikomeye. Ubu kuri guerison harariribwa THEHILA kubyimana yabakoreye,kobatsindiye parselle yishengero.


kuruwo wagatanu le 23/11/2007 habayemo veillé (amakesha) ijoro ryose igitangaza nukubona abantu bitabye muriryo joro image ngiyo yakabiri. harabantu bagera kubihumbi cumi (9.500.000 personnes) birerekana neza ko UBURUNDI burimo ikanguro rikomeye.