jeudi 6 décembre 2007

REHOBOTH YAHEZAGIYE ABANTU

Iyo Rehoboth ni Chorale yo mu Rwanda i Kigali. Bakaba basengera mw'itorero rya Restauration Church i Kimisagara. N'abaririmvyi Imana yasiz'amavuta kandi bariko igikundiro c'Imana. Mu Burundi bumvise Rehoboth abantu base baca bahaguruka ukabona ko babafitiye igishika. Indirimbo zafashij'abantu mu Gikorane n'izi zikurikira: - Kumusaraba wawe mwiza- Imigambi y'Imana ni myiza kuri twe- Wirira Yohana- Nari mu mwijima Yesu aramurikira Rehoboth n'itorero rya Restauration, babaye incuti za Guerison des âmes cane mu kugenderanira no gufashanya mubikorane.

0 commentaires:

Enregistrer un commentaire

Abonnement Publier les commentaires [Atom]

<< Accueil