mercredi 13 février 2008

IGITI SATANI YACIYEHO KONONA ISI NICO YESUYACIYEHOMUGUKIZA ISI

ITANGI.3;1 SATANI ACAKUGITI KUGIRA YONONE ISI KANDI KUGITI NIHO SATANI YATANDUKA NYIJE UMUNTU NIMANA IS ARAYONONA IGITI CAREMWE ARICO GUSHARIZA EDENI KANDI IVYAMWA VYIGITI VYARIVYO GUTUNGA ABANTU BABIRIYEKO
IKI SATANI YICIYE KUMUGORE KUGIRA YONONE UMUGA MBIWI MANA UMUGORE YARUMUGISHA KUMUGOBO SATANI ISHAKA KWICA UMUGAMBI WIMANA ICIYE MUGITI NU MUGORE NIVYOYAKORE SHEJE MUKONONA ISI ARIKO NTACOTUMA UMUGAMBI WI MANA UBURIZWAMWO IVYOYAVUZE IRABISHITSA ISIYOVAHO ARIKOICOYAVUZE KIGASHIKA
DORE IMANA IGIYE GUKIZA ISINAYO YACIYE MUMU GORE NIGITI ARICO MUSARABA ICOSATANI YACIYEKO NGWAVUME NICO IMANA ICAKO NGO IHEZAGIRE SATANIYATA NDUKANYIRIJE ABANTUNIMANA KUGITI YESUNAWE AHURIZA ABANTU NIMANA KUGITI
ICO SATANI YACIYEKO KUKURIZA NICO IMANA IZOCAKO KUGUSETSA IMANA IDUHOSHA IVYA TURIJIJE AMARIRA YA SARA YARUMWANA IMANA IMUHORESHA ISAKA ANA YARIZWA NUMWANA IMANA IMUHORESHA SAMWELI INZOKA ZAKOMYE ABISILAYELI IMANA IHAMOSE INZOKA NGO UWARIWE NINZOKA NAREBA IYONZOKA KUGITI ARAKIRA GUHARURA.21;8
IMANA IBIKORERA KUGI IGONDOZE SATANI NYUMAYIVYO UZOKORA IMINSIMIKURU SATANI NTIYO BURIZAMWO UMUGAMBI WIMANA AMENE

0 commentaires:

Enregistrer un commentaire

Abonnement Publier les commentaires [Atom]

<< Accueil