igihe ci mana cageze imirindi yi kanguro kirunvikana
HARI UBUHANUZI BUMAZE IMYAKA 15 CUMINITANU BUVUGAKO IKIMENYETSO CANYUMA KIZOBEREKAKO IKANGURO RYAHAGEZE NGIKI YARAVUZE NGO IZOBA NZAIHUZE ABASENGA BOSE BAMUBIYAGA BIGARI 1BAZOMENYANABOSE2UMWUKA WERA AZOBAHUZABABE UMWE 3BAZOKORANA 4BAZORWANYA IMPWEMUYIBICEBICE MUMASHENGERO
UBU IMANA YAHAGURUKIJE ABASENGA BOMUBIYAGA BIGARI 1UBURUNDI.2URWAND 3CONGO 4UGANDA 5KENYA 6TANZANIYA.UBUHARUBUMWE BUDASANZWE BWABASE NGA BOMURIVYOBIHUGU6
BAHERUTSE GUKORA IGITERANE KIDASANZWE CABEREYE IBURUNDI CAHURIYEMO ABASENZI BOMURIVYO BIHUGU ICOGIKORANE VYUKURI CARIGIFITE UBUDASA NIBINDI BIKORANE TUMENYEREYE.
UBU HAKABA HARIKINDI GIKORANE MPUZAMAHANGA KIRIKOGITEGURWA CABA SENZIBOSE BOMUBIYAGA BIGARI KIKAZOBERA MURWANDA AHITWA CANGUGU ABAVUGA BUTUMWA BAKAZOBA BAVUYE MUBIHUGU6 UNVAKIMWEIMANAYAVUZE UMURIRO URATSEWIKANGURO MURIBI BIHUGU NUMARAGUFATWA ABANYAFRIKA BESHI BAZOJAKUWATSA MUBURAYA UBURAYA BUTEGEREJE AFRIKA TUZOBASHIRA IKANGU
IMFANSHANYO ZOSE BADUFASHIJE ZUMUBIRI TUGIYEKUZI BISHURAMUMPWEMU ABAYOBORWA NAMADINI BAGIYE GUTAKARA IMANA YATANGI GUHAGURUTSA ABAKOZI BASHASHA BARONGOWE NAMPWEMUYERAGUSA
UBUNIGIHECO GUSUBIRA MUBYAHANUWE BIGIRABISHIKE YESU ABAHEZAGIRE
0 commentaires:
Enregistrer un commentaire
Abonnement Publier les commentaires [Atom]
<< Accueil