jeudi 21 août 2008

YESU NIWE GISUBIZO

NTIYAGUHEBYE NTIYAGUTAYE UMURYANGO WAWE ARAWUZI UHUBA ARAHAZI IYONZU ARAYIZI KUKI URIRA NGOYARA GUHEVYE NGOYARAGUTAYE NTUZIKO IGUHETSE

YARIRAHIYE NGO YAGUHETSE UKIRIMUNDA UZORINDA INVIZIBA URUYENZI MUMUTWE WAWE AKIGUHETSE IKINDI NGO YAGUCIYENKIMANZIMUBIGANZA INZITIRO ZAWE URUGORWAWE AZIHOZAKWAMASO USEKE UTWENGE IGIHECAWE NIKI SATANI AGOMBA KUBIKUNYEGEZA SABA IMBABAZI HAMA WAKIRE IGIHECAWE AMEN

3 commentaires:

À 23 avril 2009 à 14:16 , Blogger Convention 2008 a dit...

Mwene Data Pasteur Sosthene,

mbonye iyi site yanyu mbona ko vyoba vyiza ndabakeje kuri kino gikorwa ciza mukoreye Umwami wacu Yesu Kristo. Muze mukomeze mutarambirwa kuko koko igihe kiri hafi, Umwami wacu Yesu ari mu kugaruka. Ndipfuza cane kumenya aho ishengero yanyu iherereye kugira nzobagendere. Mushobora gusoma kuri blog nsanzwe nandika yitwa : http://paroledepaix-ppr.blogspot.com/

Imana Ibahezagire mu mirimo yanyu.

Umuvukanyi muri Kristo, Hilaire Nininahazwe

 
À 23 avril 2009 à 14:20 , Blogger Convention 2008 a dit...

Pour plus détails sur nos activités au service du Seigneur Jésus - Christ, vous visiter notre blog intitulé Parole de Paix et de Réconciliation.

Fraternellement en Christ, Hilaire Nininahazwe

 
À 23 avril 2009 à 14:22 , Blogger Parole de Paix et de Réconciliation -PPR a dit...

..

 

Enregistrer un commentaire

Abonnement Publier les commentaires [Atom]

<< Accueil